Kuvayo 34:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Gatatu mu mwaka, uw’igitsina-gabo wese mu bawe aze aseruke+ imbere y’Umukama w’ukuri Yehova, Imana ya Isirayeli. Gusubira mu vyagezwe 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+. Yosuwa 24:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Ubu rero nimukureho imana z’inyamahanga ziri hagati muri mwebwe+, maze mushire imitima yanyu kuri Yehova Imana ya Isirayeli.”
23 “Gatatu mu mwaka, uw’igitsina-gabo wese mu bawe aze aseruke+ imbere y’Umukama w’ukuri Yehova, Imana ya Isirayeli.
13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+.
23 “Ubu rero nimukureho imana z’inyamahanga ziri hagati muri mwebwe+, maze mushire imitima yanyu kuri Yehova Imana ya Isirayeli.”