1 Samweli 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Dawidi aca abwira Yonatani ati: “Ehe, ejo ni imboneko y’ukwezi+, kandi vyanka vyakunda mbwirizwa kuba nicaranye n’umwami mu gihe co gufungura; uze undungike ninyegeze+ mu gahinga gushika ku musi ugira gatatu ku mugoroba. Ezira 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu nyuma hashikanwa ishikanwa riturirwa ry’ubudasiba+, n’iry’imboneko z’ukwezi+, n’iry’ibiringo vyose vy’imisi mikuru+ vyejejwe vya Yehova, n’iry’umuntu wese yashikaniye Yehova ishikanwa ritangwa ku bushake+, akarishikana abikunze. Yesaya 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nimureke kuzana ayandi mashikanwa y’intete ata co amaze+. Imibavu*—ni ikintu kintera ishishi+. Imboneko y’ukwezi+ n’isabato+, uguhamagaza ihwaniro+—sinshobora kwihanganira ikoreshwa ry’ububasha bw’ivy’amageza+ hamwe n’ikoraniro ry’agakūra.
5 Dawidi aca abwira Yonatani ati: “Ehe, ejo ni imboneko y’ukwezi+, kandi vyanka vyakunda mbwirizwa kuba nicaranye n’umwami mu gihe co gufungura; uze undungike ninyegeze+ mu gahinga gushika ku musi ugira gatatu ku mugoroba.
5 Mu nyuma hashikanwa ishikanwa riturirwa ry’ubudasiba+, n’iry’imboneko z’ukwezi+, n’iry’ibiringo vyose vy’imisi mikuru+ vyejejwe vya Yehova, n’iry’umuntu wese yashikaniye Yehova ishikanwa ritangwa ku bushake+, akarishikana abikunze.
13 Nimureke kuzana ayandi mashikanwa y’intete ata co amaze+. Imibavu*—ni ikintu kintera ishishi+. Imboneko y’ukwezi+ n’isabato+, uguhamagaza ihwaniro+—sinshobora kwihanganira ikoreshwa ry’ububasha bw’ivy’amageza+ hamwe n’ikoraniro ry’agakūra.