1 Samweli 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nayo Yonatani umuhungu wa Sauli, yarahimbarwa cane na Dawidi+. Yonatani aca rero abwira Dawidi ati: “Sauli dawe ariko arondera kukwicisha. Ubu rero, ndakwinginze uze wiyubare mu gitondo; uze ube ahantu hihishije, ugume winyegeje+. 1 Samweli 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Dawidi aca abwira Yonatani ati: “Ehe, ejo ni imboneko y’ukwezi+, kandi vyanka vyakunda mbwirizwa kuba nicaranye n’umwami mu gihe co gufungura; uze undungike ninyegeze+ mu gahinga gushika ku musi ugira gatatu ku mugoroba.
2 Nayo Yonatani umuhungu wa Sauli, yarahimbarwa cane na Dawidi+. Yonatani aca rero abwira Dawidi ati: “Sauli dawe ariko arondera kukwicisha. Ubu rero, ndakwinginze uze wiyubare mu gitondo; uze ube ahantu hihishije, ugume winyegeje+.
5 Dawidi aca abwira Yonatani ati: “Ehe, ejo ni imboneko y’ukwezi+, kandi vyanka vyakunda mbwirizwa kuba nicaranye n’umwami mu gihe co gufungura; uze undungike ninyegeze+ mu gahinga gushika ku musi ugira gatatu ku mugoroba.