Imigani 14:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uwuteba gushavura aba ari n’ugutahura kugwiriye+, mugabo uwutihangana aba ariko ashira hejuru ubupfu+. Imigani 22:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ntugiranire ubugenzi n’uwukaza ishavu+; kandi ntujane n’umuntu w’ubushangashirwe bwiguburiza,
29 Uwuteba gushavura aba ari n’ugutahura kugwiriye+, mugabo uwutihangana aba ariko ashira hejuru ubupfu+.