1 Samweli 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Sauli araririza nya cumu+, avuga ati: “Ngira ntobekeranye Dawidi n’uruhome+!”, mugabo Dawidi aramuzibukira, incuro zibiri+. 1 Samweli 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Sauli arondera rero gutobekeranya Dawidi n’uruhome+ akoresheje icumu, mugabo arazibukira+ ava imbere ya Sauli, ku buryo anega nya cumu mu ruhome. Nuko Dawidi arahunga kugira anyage amagara muri iryo joro+. Yohani 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nta wufise urukundo ruruta uru: ko umuntu yigura abagenzi biwe+.
11 Nuko Sauli araririza nya cumu+, avuga ati: “Ngira ntobekeranye Dawidi n’uruhome+!”, mugabo Dawidi aramuzibukira, incuro zibiri+.
10 Sauli arondera rero gutobekeranya Dawidi n’uruhome+ akoresheje icumu, mugabo arazibukira+ ava imbere ya Sauli, ku buryo anega nya cumu mu ruhome. Nuko Dawidi arahunga kugira anyage amagara muri iryo joro+.