ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 29:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Labani acumva inkuru yerekeye Yakobo umuhungu wa mushikiwe, yiruka kumusanganira+. Maze aramugumbira yongera aramusoma, araheza amuzana mu nzu yiwe+. Nuko atangura kwiganira Labani ivyo bintu vyose.

  • Itanguriro 45:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Hanyuma asoma bene wabo bose yongera abaririrako+, bene wabo babona kuyaga na we.

  • 1 Samweli 10:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Samweli atora rero agakarabo+ k’amavuta, ayasuka ku mutwe wiwe maze aramusoma+, hanyuma avuga ati: “Mbega si kubera ko Yehova yakurobanuje amavuta ngo ube indongozi+ y’intoranwa yiwe+?

  • 2 Samweli 19:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Abantu bose batangura rero kujabuka Yorodani, n’umwami ubwiwe arajabuka; mugabo umwami asoma+ Baruzilayi yongera aramuhezagira+, hanyuma uno asubira ahantu hiwe.

  • Ivyakozwe 20:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Emwe, bose baraturikisha bararira, bagwa Paulo mw’izosi+ baramusoma n’ikibabarwe+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika