ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 38:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Muri ico gihe Yuda amanutse avuye kuri bene wabo, ashinga ihema ryiwe hafi y’umugabo umwe, Umwadulamu+, yitwa Hira.

  • Yosuwa 15:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Yarimuti+ na Adulamu+, Soko+ na Azeka+,

  • 2 Samweli 23:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Maze batatu muri ba bakuru mirongo itatu+ baramanuka, baza kuri Dawidi mu gihe c’iyimbura, kw’isenga ry’i Adulamu+; kandi ikigwati c’amahema c’Abafilisitiya cari gikambitse mu kiyaya co hasi c’Abarefayimu+.

  • 1 Ngoma 11:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Maze batatu muri ba bakuru mirongo itatu+ bamanuka kuri ca gitandara, aho Dawidi yari, kw’isenga ry’i Adulamu+, mu gihe ikambi y’Abafilisitiya yari ikambitse mu kiyaya co hasi ca Refayimu+.

  • Mika 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nzokuzanira umunyazi+, ewe mugore uba i Maresha+! Ubuninahazwa bwa Isirayeli buzoshika i Adulamu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika