Guharura 27:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Imbere ya Eleyazari umuherezi ni ho azohagarara, maze uno amusigurize+ biciye ku rubanza rwa Urimu*+, imbere ya Yehova. Kw’itegeko ryiwe bazosohoka, kw’itegeko ryiwe binjire, we na bene Isirayeli bose bari kumwe na we, n’ikoraniro ryose.” 1 Samweli 30:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ku bw’ivyo Dawidi abwira Abiyatari+ umuherezi, mwene Ahimeleki ati: “Ndakwinginze wegeze efodi+ hafi yanje.” Abiyatari yegeza rero efodi hafi ya Dawidi.
21 Imbere ya Eleyazari umuherezi ni ho azohagarara, maze uno amusigurize+ biciye ku rubanza rwa Urimu*+, imbere ya Yehova. Kw’itegeko ryiwe bazosohoka, kw’itegeko ryiwe binjire, we na bene Isirayeli bose bari kumwe na we, n’ikoraniro ryose.”
7 Ku bw’ivyo Dawidi abwira Abiyatari+ umuherezi, mwene Ahimeleki ati: “Ndakwinginze wegeze efodi+ hafi yanje.” Abiyatari yegeza rero efodi hafi ya Dawidi.