ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 13:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Uwutangīra inkoni yiwe aba yanka umwana wiwe+, mugabo uwumukunda ni uwumurondeza indero+.

  • Imigani 19:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Umwana w’ikijuju ni amarushwa kuri se+, kandi amahane y’umugore ni nk’igisenge kiva gituma umuntu yomoka+.

  • Imigani 19:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Hana umwana wawe hakiriho icizigiro+; kandi ntiwipfuze kumwica+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika