Itanguriro 27:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Maze Esawu abwira se wiwe ati: “None ufise umuhezagiro umwe gusa ga da? Mpezagira na jewe nyene da+!” Nuko Esawu ashira ijwi hejuru araturikisha ararira+.
38 Maze Esawu abwira se wiwe ati: “None ufise umuhezagiro umwe gusa ga da? Mpezagira na jewe nyene da+!” Nuko Esawu ashira ijwi hejuru araturikisha ararira+.