1 Samweli 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko haciye umwaka, Hana aribungenga hanyuma avyara umuhungu araheza amwita+ Samweli, kuko yavuga ati: “Yehova ni we namusavye+.” 1 Samweli 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi Samweli yakorera+ imbere ya Yehova, ari agahungu gakenyeye efodi* y’ilino+. 1 Samweli 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko Isirayeli yose, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, imenya yuko Samweli yari yashinzwe ibango ryo kuba umuhanuzi wa Yehova+. Zaburi 99:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Musa na Aroni bari mu baherezi biwe+,Samweli na we yari mu bambaza izina ryiwe+.Barahamagara Yehova, na we akabitaba+.
20 Nuko haciye umwaka, Hana aribungenga hanyuma avyara umuhungu araheza amwita+ Samweli, kuko yavuga ati: “Yehova ni we namusavye+.”
20 Nuko Isirayeli yose, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, imenya yuko Samweli yari yashinzwe ibango ryo kuba umuhanuzi wa Yehova+.
6 Musa na Aroni bari mu baherezi biwe+,Samweli na we yari mu bambaza izina ryiwe+.Barahamagara Yehova, na we akabitaba+.