Guharura 20:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ikoraniro ryose ribona ko Aroni yari yacikanye, maze inzu ya Isirayeli yose iririra Aroni imisi mirongo itatu+. Gusubira mu vyagezwe 34:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko bene Isirayeli batangura kuririra Musa mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu imisi mirongo itatu+. Amaherezo, imisi y’amarira y’ukugandarira Musa irarangira. Ivyakozwe 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo abagabo batinya Imana bajana Sitefano kumuhamba+, baramuririra cane+.
29 Ikoraniro ryose ribona ko Aroni yari yacikanye, maze inzu ya Isirayeli yose iririra Aroni imisi mirongo itatu+.
8 Nuko bene Isirayeli batangura kuririra Musa mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Mowabu imisi mirongo itatu+. Amaherezo, imisi y’amarira y’ukugandarira Musa irarangira.