1 Samweli 23:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko barahaguruka, baja i Zifu+ bitangiye imbere Sauli, mu gihe Dawidi n’abantu biwe bari mu gahinga ka Mawoni+ muri Araba+, mu bumanuko bwa Yeshimoni.
24 Nuko barahaguruka, baja i Zifu+ bitangiye imbere Sauli, mu gihe Dawidi n’abantu biwe bari mu gahinga ka Mawoni+ muri Araba+, mu bumanuko bwa Yeshimoni.