1 Samweli 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+. 2 Samweli 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ibi ni vyo Shimeyi yavuga uko yahamagarira akabi ku mwami: “Sohoka, sohoka, wa mugabo yagirwa n’amaraso+ kandi w’imburakimazi+!
10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+.
7 Ibi ni vyo Shimeyi yavuga uko yahamagarira akabi ku mwami: “Sohoka, sohoka, wa mugabo yagirwa n’amaraso+ kandi w’imburakimazi+!