1 Samweli 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Inyuma y’ivyo Dawidi arahaguruka, asohoka muri iryo senga maze asemerera inyuma ya Sauli, ati: “Mukama wanje+ mwami!” Sauli aca araba inyuma, maze Dawidi arunama, mu maso hiwe hakora hasi+, akubita inkoro hasi. 1 Samweli 25:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Buno nyene arahaguruka maze arunama mu maso hiwe hashika hasi+, hanyuma avuga ati: “Ehe umushumbakazi wawe ameze nk’umusukukazi wo kwoza ibirenge+ vy’abasuku b’umukama wanje+.”
8 Inyuma y’ivyo Dawidi arahaguruka, asohoka muri iryo senga maze asemerera inyuma ya Sauli, ati: “Mukama wanje+ mwami!” Sauli aca araba inyuma, maze Dawidi arunama, mu maso hiwe hakora hasi+, akubita inkoro hasi.
41 Buno nyene arahaguruka maze arunama mu maso hiwe hashika hasi+, hanyuma avuga ati: “Ehe umushumbakazi wawe ameze nk’umusukukazi wo kwoza ibirenge+ vy’abasuku b’umukama wanje+.”