1 Samweli 15:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Samweli aca amubwira ati: “Uyu musi Yehova agushikuyeko+ ingoma ya Isirayeli, kandi azoyiha ata kabuza mugenzawe ameze neza kukurusha+. 2 Samweli 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 egome, guhera umusi nashiraho abacamanza+ ngo bategeke abantu banje Isirayeli; kandi nzoguha kuruhuka abansi bawe bose+. “‘“Kandi Yehova akumenyesheje yuko Yehova azokwubakira inzu+. 1 Abami 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 nanje rero nzoshinga koko intebe y’ubwami bwawe kuri Isirayeli gushika igihe kitagira urugero, nk’uko nyene nasezeraniye Dawidi so nti: ‘Ntihazobura umugabo mu bawe wo kwicara ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli+.’
28 Samweli aca amubwira ati: “Uyu musi Yehova agushikuyeko+ ingoma ya Isirayeli, kandi azoyiha ata kabuza mugenzawe ameze neza kukurusha+.
11 egome, guhera umusi nashiraho abacamanza+ ngo bategeke abantu banje Isirayeli; kandi nzoguha kuruhuka abansi bawe bose+. “‘“Kandi Yehova akumenyesheje yuko Yehova azokwubakira inzu+.
5 nanje rero nzoshinga koko intebe y’ubwami bwawe kuri Isirayeli gushika igihe kitagira urugero, nk’uko nyene nasezeraniye Dawidi so nti: ‘Ntihazobura umugabo mu bawe wo kwicara ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli+.’