Kuvayo 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi bategerezwa kunyubakira aheranda, kuko ntegerezwa gucumbika hagati muri bo+. Yosuwa 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze ikoraniro ryose rya bene Isirayeli rikoranira i Shilo+, hanyuma bashinga ihema ry’ihuriro ng’aho+, kuko igihugu cari kimaze kumarwa igabo imbere yabo+. 1 Samweli 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uwo mugabo yama ava mu gisagara ciwe ku mwaka ku mwaka akaduga i Shilo+ gukubita inkoro hasi+ imbere ya Yehova nyen’ingabo* no kumushikanira ikimazi. Aho ni ho abahungu babiri ba Eli, Hofuni na Finehasi+, bari abaherezi ba Yehova+.
18 Maze ikoraniro ryose rya bene Isirayeli rikoranira i Shilo+, hanyuma bashinga ihema ry’ihuriro ng’aho+, kuko igihugu cari kimaze kumarwa igabo imbere yabo+.
3 Uwo mugabo yama ava mu gisagara ciwe ku mwaka ku mwaka akaduga i Shilo+ gukubita inkoro hasi+ imbere ya Yehova nyen’ingabo* no kumushikanira ikimazi. Aho ni ho abahungu babiri ba Eli, Hofuni na Finehasi+, bari abaherezi ba Yehova+.