1 Samweli 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Inderetsi za Sauli zari i Gibeya+ ha Benyamini zirabibona, kandi ehe, umuvurungano waja irya n’ino+.
16 Inderetsi za Sauli zari i Gibeya+ ha Benyamini zirabibona, kandi ehe, umuvurungano waja irya n’ino+.