1 Samweli 26:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ni ibitokwiyumvirwa+ kuri jewe, nisunze uko Yehova abona ibintu+, ko notuma ukuboko kwanje+ ngo ngirire nabi uwo Yehova yarobanuje amavuta+! None rero ndakwinginze utore icumu riri hafi y’umutwe wiwe n’ikarabiya ry’amazi, duheze twigire.” 1 Abami 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Aravye, erega, ehe ku mutwe wiwe hari agatsima k’umuzingi+ kari ku mabuye ashuhijwe be n’ikarabiya ry’amazi. Nuko atangura kurya no kunywa, hanyuma asubira kuryama.
11 Ni ibitokwiyumvirwa+ kuri jewe, nisunze uko Yehova abona ibintu+, ko notuma ukuboko kwanje+ ngo ngirire nabi uwo Yehova yarobanuje amavuta+! None rero ndakwinginze utore icumu riri hafi y’umutwe wiwe n’ikarabiya ry’amazi, duheze twigire.”
6 Aravye, erega, ehe ku mutwe wiwe hari agatsima k’umuzingi+ kari ku mabuye ashuhijwe be n’ikarabiya ry’amazi. Nuko atangura kurya no kunywa, hanyuma asubira kuryama.