1 Samweli 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Inyuma y’ivyo Dawidi arahaguruka, asohoka muri iryo senga maze asemerera inyuma ya Sauli, ati: “Mukama wanje+ mwami!” Sauli aca araba inyuma, maze Dawidi arunama, mu maso hiwe hakora hasi+, akubita inkoro hasi. 1 Samweli 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Dawidi akirangiza kubwira ayo majambo Sauli, Sauli aca avuga ati: “Mbega iryo ni ijwi ryawe ga mwananje Dawidi+?” Maze Sauli ashira ijwi hejuru, ararira+.
8 Inyuma y’ivyo Dawidi arahaguruka, asohoka muri iryo senga maze asemerera inyuma ya Sauli, ati: “Mukama wanje+ mwami!” Sauli aca araba inyuma, maze Dawidi arunama, mu maso hiwe hakora hasi+, akubita inkoro hasi.
16 Dawidi akirangiza kubwira ayo majambo Sauli, Sauli aca avuga ati: “Mbega iryo ni ijwi ryawe ga mwananje Dawidi+?” Maze Sauli ashira ijwi hejuru, ararira+.