1 Samweli 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 agacumita mw’ibesani canke mu nkono y’ibigōmbo bibiri canke mu gisafuriya canke mu nkono y’ikigōmbo kimwe. Ikintu cose nya kanya yaduza, umuherezi yaracitwarira. Ukwo ni ko bakora i Shilo ku Bisirayeli bose baza ng’aho+.
14 agacumita mw’ibesani canke mu nkono y’ibigōmbo bibiri canke mu gisafuriya canke mu nkono y’ikigōmbo kimwe. Ikintu cose nya kanya yaduza, umuherezi yaracitwarira. Ukwo ni ko bakora i Shilo ku Bisirayeli bose baza ng’aho+.