1 Samweli 29:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abatware b’urunani+ b’Abafilisitiya bariko bagenda ari amajanajana n’ibihumbihumbi; Dawidi n’abantu biwe bagenda babakurikiye, bari kumwe na Akishi+.
2 Abatware b’urunani+ b’Abafilisitiya bariko bagenda ari amajanajana n’ibihumbihumbi; Dawidi n’abantu biwe bagenda babakurikiye, bari kumwe na Akishi+.