1 Samweli 25:1 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mu nyuma Samweli+ arapfa; Isirayeli yose ikoranira hamwe, iramuborogera+ hanyuma imuhamba hafi y’inzu yiwe i Rama+. Maze Dawidi arahaguruka, amanuka mu gahinga ka Parani+. Yesaya 57:1 Bibiliya y’isi nshasha 57 Umugororotsi yayogeye+, ariko nta n’umwe abishira ku mutima+. Abantu b’ubuntu bwuzuye urukundo bakoranirizwa ku bapfuye+, kandi nta n’umwe atahura yuko umugororotsi ajanwa kubera ivyago+.
25 Mu nyuma Samweli+ arapfa; Isirayeli yose ikoranira hamwe, iramuborogera+ hanyuma imuhamba hafi y’inzu yiwe i Rama+. Maze Dawidi arahaguruka, amanuka mu gahinga ka Parani+.
57 Umugororotsi yayogeye+, ariko nta n’umwe abishira ku mutima+. Abantu b’ubuntu bwuzuye urukundo bakoranirizwa ku bapfuye+, kandi nta n’umwe atahura yuko umugororotsi ajanwa kubera ivyago+.