Zaburi 82:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Jewe naravuze nti: ‘Muri imana+,Kandi mwese muri abana ba Musumbavyose+. Yohani 10:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yezu abishura ati: “None ntivyanditswe mw’Itegeko+ ryanyu ngo: ‘Naravuze nti: “Muri imana+”’?