2 Samweli 12:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 None ubu ko yapfuye, ndacisonzeshereza iki? Mbega noshobora kumugarukana+? Jewe nzoja iyo ari+, mugabo we ntazogaruka aho ndi+.” Zaburi 115:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abapfuye ubwabo ntibashemeza Ya+,Habe n’umwe mu bamanuka baja ahantu h’agacerere+. Zaburi 146:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Impwemu yiwe irasohoka+, agasubira mu butaka bwiwe+;Uwo musi ivyiyumviro vyiwe bigahera+. Umusiguzi 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko abazima bazi yuko bazopfa+; mugabo abapfuye, nta co bazi namba+, eka nta n’impembo bagifise, kuko ukwibukwa kwabo kwibagiwe+. Umusiguzi 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ikintu cose ukuboko kwawe kuronse co gukora, nugikorane ububasha bwawe+, kuko ata gikorwa, canke umugambi, canke ubumenyi+, canke ubukerebutsi+ mu kuzimu+, aho uriko uraja+.
23 None ubu ko yapfuye, ndacisonzeshereza iki? Mbega noshobora kumugarukana+? Jewe nzoja iyo ari+, mugabo we ntazogaruka aho ndi+.”
5 Kuko abazima bazi yuko bazopfa+; mugabo abapfuye, nta co bazi namba+, eka nta n’impembo bagifise, kuko ukwibukwa kwabo kwibagiwe+.
10 Ikintu cose ukuboko kwawe kuronse co gukora, nugikorane ububasha bwawe+, kuko ata gikorwa, canke umugambi, canke ubumenyi+, canke ubukerebutsi+ mu kuzimu+, aho uriko uraja+.