Imigani 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Umuntu w’umutima utizerwa azohazwa n’ibiva ku nzira ziwe+, mugabo umuntu mwiza azohazwa n’ibiva ku vyo akora+. Yeremiya 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mbega ivyo si wewe wavyikwegeye mu guheba Yehova Imana yawe+ igihe yakugendesha mu nzira+? Abagalatiya 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntimuzimire+: Imana ntihemwa+. Kuko ico umuntu abiba cose ari co nyene azokwimbura+;
14 Umuntu w’umutima utizerwa azohazwa n’ibiva ku nzira ziwe+, mugabo umuntu mwiza azohazwa n’ibiva ku vyo akora+.