Zaburi 37:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Intambuko z’umuntu w’umugabo zateguwe na Yehova+,Kandi Imana irahimbarwa n’inzira yiwe+. Imigani 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umutima w’umuntu yakuwe mw’ivu woshobora kwiyumvira inzira yiwe+, mugabo Yehova ni we ayobora intambuko ziwe+. Imigani 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Umutima w’umwami ni nk’imigezi y’amazi mu kuboko kwa Yehova+. Aho bimuhimbaye hose ni ho awuhindukiriza+. Yeremiya 10:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ewe Yehova, ndazi neza yuko inzira y’umuntu yakuwe mw’ivu atari iyiwe. Umuntu agenda, si ivyiwe kuyobora intambuko yiwe+. 2 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,
9 Umutima w’umuntu yakuwe mw’ivu woshobora kwiyumvira inzira yiwe+, mugabo Yehova ni we ayobora intambuko ziwe+.
21 Umutima w’umwami ni nk’imigezi y’amazi mu kuboko kwa Yehova+. Aho bimuhimbaye hose ni ho awuhindukiriza+.
23 Ewe Yehova, ndazi neza yuko inzira y’umuntu yakuwe mw’ivu atari iyiwe. Umuntu agenda, si ivyiwe kuyobora intambuko yiwe+.
9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,