ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ku bw’ivyo bongera gusiguza+ Yehova, bati: “Uwo mugabo yoba yaje ng’aha koko?” Yehova na we avuga ati: “Ehe yinyegeje+ mu mizigo.”

  • 1 Samweli 17:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Buno nyene Dawidi afata imizigo+ yari yituye ayisigarana umurinzi w’imizigo+, maze yiruka iyo batonze urugamba. Ashitse, atangura kubaza ingene bene wabo bamerewe+.

  • 1 Samweli 25:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Buno nyene Dawidi abwira abantu biwe ati: “Nimukenyere umwe wese inkota yiwe+!” Nuko barakenyera umwe wese inkota yiwe, na Dawidi nyene akenyera inkota yiwe; hanyuma batangura kuduga bakurikiye Dawidi, abagabo nk’amajana ane, ariko amajana abiri baguma bicaye iruhande y’imizigo+.

  • 1 Samweli 30:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Dawidi aguma aboma inyuma+, we n’abagabo amajana ane, mugabo abagabo amajana abiri bari barushe ku buryo batashobora kujabuka uwo mwonga wa Besori+, barahagarara.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika