Yosuwa 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yosuwa aca aramuhezagira maze aha Kalebu, mwene Yefune, Heburoni ngo ibe intoranwa yiwe+. 2 Samweli 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Inyuma y’ivyo, Dawidi atangura gusiguza Yehova+ ati: “Nduge muri kimwe mu bisagara vya Yuda?” Yehova aca amubwira ati: “Duga.” Dawidi yongera kuvuga ati: “Nduge hehe?” Na we ati: “I Heburoni+.”
2 Inyuma y’ivyo, Dawidi atangura gusiguza Yehova+ ati: “Nduge muri kimwe mu bisagara vya Yuda?” Yehova aca amubwira ati: “Duga.” Dawidi yongera kuvuga ati: “Nduge hehe?” Na we ati: “I Heburoni+.”