1 Samweli 26:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Dawidi abandanya kuvuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, Yehova azomwikubitira+; canke umusi uri izina+ azopfa nk’abandi bose, canke azomanuka mu rugamba+ maze azimanganywe ata kabuza+. 1 Ngoma 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ukwo ni ko Sauli yapfuye bivuye ku buhemu bwiwe yari yarahemukiye+ Yehova, kubera ijambo rya Yehova atari yaragumije no kubera ko yituye uwuvugana n’ibiremwa vy’impwemu+ kugira ngo abaze. Hoseya 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Naraguhaye rero umwami nshavuye+, kandi nzomukuraho naratse+.
10 Dawidi abandanya kuvuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, Yehova azomwikubitira+; canke umusi uri izina+ azopfa nk’abandi bose, canke azomanuka mu rugamba+ maze azimanganywe ata kabuza+.
13 Ukwo ni ko Sauli yapfuye bivuye ku buhemu bwiwe yari yarahemukiye+ Yehova, kubera ijambo rya Yehova atari yaragumije no kubera ko yituye uwuvugana n’ibiremwa vy’impwemu+ kugira ngo abaze.