Gusubira mu vyagezwe 28:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yehova azotuma utsindwa imbere y’abansi bawe+. Uzojana inzira imwe ugiye kubatera, ujane inzira indwi ubahunga. Kandi uzocika akumiza ku bwami bwose bwo kw’isi+. 1 Samweli 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Abagabo ba Isirayeli babona ko bageze habi+, kuko abantu bari basugerejwe cane; nuko abantu baja kwinyegeza mu masenga+ no mu myobo no mu bitare no mu bibanza vyo mu kuzimu no mu vyobo vy’amazi.
25 Yehova azotuma utsindwa imbere y’abansi bawe+. Uzojana inzira imwe ugiye kubatera, ujane inzira indwi ubahunga. Kandi uzocika akumiza ku bwami bwose bwo kw’isi+.
6 Abagabo ba Isirayeli babona ko bageze habi+, kuko abantu bari basugerejwe cane; nuko abantu baja kwinyegeza mu masenga+ no mu myobo no mu bitare no mu bibanza vyo mu kuzimu no mu vyobo vy’amazi.