ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 33:56
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 56 Kandi uko nari niyumviriye kugirira abo, ni ko nzoca ngirira mwebwe+.’”

  • Gusubira mu vyagezwe 28:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Icamwa c’ubutaka bwawe n’umwimbu wawe wose bizoribwa n’abantu utamenye+; uzocika gusa uwama agungwa kandi akandamizwa+.

  • 1 Ngoma 10:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Abagabo ba Isirayeli bose bari mu kiyaya co hasi babonye ko bahunze be n’uko Sauli n’abahungu biwe bapfuye, batangura rero guta ibisagara vyabo, barahunga+; hanyuma Abafilisitiya barashika maze babibamwo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika