Itanguriro 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nuko Izahaki amaze gusaza, n’amaso yiwe akaba yarimwo ivyijiji ku buryo adashobora kubona+, ahamagara Esawu umuhungu wiwe mukuru, amubwira+ ati: “Mwananje!” Na we ati: “Ndi hano!” 1 Samweli 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 (Kandi Eli yari afise imyaka mirongo icenda n’umunani; amaso yiwe yari yaradegeye ku buryo atashobora kubona+.) Umusiguzi 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ku musi abacunzi b’inzu+ bajugumira, n’abanyenkomezi bakigonda+, n’abagore basya+ bakareka gukora kubera babaye bake, abakenyezi barabira mu madirisha+ na bo bagasanga harijimye;
27 Nuko Izahaki amaze gusaza, n’amaso yiwe akaba yarimwo ivyijiji ku buryo adashobora kubona+, ahamagara Esawu umuhungu wiwe mukuru, amubwira+ ati: “Mwananje!” Na we ati: “Ndi hano!”
15 (Kandi Eli yari afise imyaka mirongo icenda n’umunani; amaso yiwe yari yaradegeye ku buryo atashobora kubona+.)
3 ku musi abacunzi b’inzu+ bajugumira, n’abanyenkomezi bakigonda+, n’abagore basya+ bakareka gukora kubera babaye bake, abakenyezi barabira mu madirisha+ na bo bagasanga harijimye;