1 Samweli 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko kuri uwo musi, Eli yari aryamye ahantu hiwe, kandi amaso yiwe yari amaze gutangura kwijima+; ntiyashobora kubona. Zaburi 90:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Imisi y’imyaka yacu ni imyaka mirongo irindwi+;Kandi naho yoba imyaka mirongo umunani bivuye ku nkomezi zidasanzwe+,Nubundi ibiyiranga ni ivyago n’ibibi gusa+;Kuko ihita ningoga, natwe tukaba tugurutse+.
2 Nuko kuri uwo musi, Eli yari aryamye ahantu hiwe, kandi amaso yiwe yari amaze gutangura kwijima+; ntiyashobora kubona.
10 Imisi y’imyaka yacu ni imyaka mirongo irindwi+;Kandi naho yoba imyaka mirongo umunani bivuye ku nkomezi zidasanzwe+,Nubundi ibiyiranga ni ivyago n’ibibi gusa+;Kuko ihita ningoga, natwe tukaba tugurutse+.