Kuvayo 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko ubu ngira ndungike ivyago vyanje vyose bikubite umutima wawe, bije no ku basavyi bawe, no ku bantu bawe, kugira umenye ko mw’isi yose ata n’umwe ariho ameze nkanje+. Kuvayo 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko mu vy’ukuri, iki ni co catumye ndakureka ukabaho+: ni ukugira nkwereke ububasha bwanje no kugira ngo izina ryanje ryamamare mw’isi yose+. Abaroma 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko Icanditswe kibwira Farawo giti: “Iki nyene ni co catumye nkureka: ni ukugira ngo nerekanire kuri wewe ububasha bwanje, no kugira ngo izina ryanje ryamamare mw’isi yose+.”
14 Kuko ubu ngira ndungike ivyago vyanje vyose bikubite umutima wawe, bije no ku basavyi bawe, no ku bantu bawe, kugira umenye ko mw’isi yose ata n’umwe ariho ameze nkanje+.
16 Ariko mu vy’ukuri, iki ni co catumye ndakureka ukabaho+: ni ukugira nkwereke ububasha bwanje no kugira ngo izina ryanje ryamamare mw’isi yose+.
17 Kuko Icanditswe kibwira Farawo giti: “Iki nyene ni co catumye nkureka: ni ukugira ngo nerekanire kuri wewe ububasha bwanje, no kugira ngo izina ryanje ryamamare mw’isi yose+.”