1 Samweli 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nayo Yehova, abanigana na we bazotekerwa n’ubwoba+;Azobaturagarira ari mw’ijuru+.Yehova ubwiwe azocira urubanza impera z’isi+,Kugira ngo ahe inkomezi umwami wiwe+,Kugira ngo ashire hejuru ihembe ry’uwo yarobanuje amavuta*+.” 2 Samweli 22:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yehova atangura guturagarira mw’ijuru+,Musumbavyose ubwiwe atangura kurekura ijwi ryiwe+.
10 Nayo Yehova, abanigana na we bazotekerwa n’ubwoba+;Azobaturagarira ari mw’ijuru+.Yehova ubwiwe azocira urubanza impera z’isi+,Kugira ngo ahe inkomezi umwami wiwe+,Kugira ngo ashire hejuru ihembe ry’uwo yarobanuje amavuta*+.”