Gusubira mu vyagezwe 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko Yehova Imana yanyu agendana namwe ngo abarwanire mu kurwanya abansi banyu, kugira abakize+.’ Gusubira mu vyagezwe 28:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Yehova azotuma abansi bawe baguhagurukiye batsindirwa imbere yawe+. Bazozanana inzira imwe baje kugutera, bajane inzira indwi baguhunga+.
7 “Yehova azotuma abansi bawe baguhagurukiye batsindirwa imbere yawe+. Bazozanana inzira imwe baje kugutera, bajane inzira indwi baguhunga+.