Gusubira mu vyagezwe 32:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Batangura kuyiteresha ishari+ imana z’ahandi+;Baguma bayibabarisha ibintu biteye ishishi+. Abacamanza 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nya mucamanza apfuye, baca bahindukira bakikwegera guhona kuruta ba se mu gukurikira izindi mana kugira bazikorere bongere bazunamire+. Ntibareka ingeso zabo n’inyifato yabo y’akagagazo+. Zaburi 78:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Baguma bayibabarisha ibibanza vyabo bikirurutse*+,Baguma bayitera ishari n’ibishusho vyabo bibajwe+.
19 Nya mucamanza apfuye, baca bahindukira bakikwegera guhona kuruta ba se mu gukurikira izindi mana kugira bazikorere bongere bazunamire+. Ntibareka ingeso zabo n’inyifato yabo y’akagagazo+.
58 Baguma bayibabarisha ibibanza vyabo bikirurutse*+,Baguma bayitera ishari n’ibishusho vyabo bibajwe+.