Itanguriro 46:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, bajana n’amasho yabo n’ibintu vyabo, ivyo bari bararundanije mu gihugu ca Kanani+. Amaherezo binjira mu Misiri, Yakobo n’uruvyaro rwiwe rwose. Guharura 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ba data baramanutse mu Misiri+, hanyuma tubandanya kuba mu Misiri imisi myinshi+; maze Abanyamisiri batangura kutugirira nabi twe na ba data+. Ivyakozwe 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yakobo amanuka mu Misiri+. Hanyuma arasandaba+; na ba sogokuruza bacu biba ukwo+,
6 Vyongeye, bajana n’amasho yabo n’ibintu vyabo, ivyo bari bararundanije mu gihugu ca Kanani+. Amaherezo binjira mu Misiri, Yakobo n’uruvyaro rwiwe rwose.
15 Ba data baramanutse mu Misiri+, hanyuma tubandanya kuba mu Misiri imisi myinshi+; maze Abanyamisiri batangura kutugirira nabi twe na ba data+.