Kuvayo 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hanyuma muri iyo misi myinshi, umwami wa Misiri arateba arapfa+, mugabo bene Isirayeli babandanya kuniha kubera ubushumba no kurira bidoga+, kandi ugutabaza kwabo kwaguma kuduga ku Mana y’ukuri kubera nya bushumba+. Kuvayo 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ubu rero, amaborogo ya Isirayeli yanshikiriye, kandi nabonye n’agahahazo Abanyamisiri babahaharisha+.
23 Hanyuma muri iyo misi myinshi, umwami wa Misiri arateba arapfa+, mugabo bene Isirayeli babandanya kuniha kubera ubushumba no kurira bidoga+, kandi ugutabaza kwabo kwaguma kuduga ku Mana y’ukuri kubera nya bushumba+.
9 Ubu rero, amaborogo ya Isirayeli yanshikiriye, kandi nabonye n’agahahazo Abanyamisiri babahaharisha+.