ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Musa umusavyi wanje yapfuye+; ubu rero haguruka, ujabuke uru ruzi Yorodani, wewe n’aba bantu bose, mwinjire mu gihugu ngira ndabahe, egome, ico ngira mpe bene Isirayeli+.

  • Yosuwa 11:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Gutyo Yosuwa afata igihugu cose, nk’uko ivyo Yehova yari yarasezeraniye Musa vyose vyari+, maze Yosuwa agiha Isirayeli bwa ntoranwa akurikije imituri yabo, yisunze imiryango yabo+. Nuko igihugu nticahungabanywa n’intambara+.

  • Zaburi 44:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,

      Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.

      Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,

      Kubera ko wahimbawe na bo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika