Imigani 26:1 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nka kurya kwa shelegi mu ci, kandi nka kurya kw’imvura mu gihe c’iyimbura+, ni ko ubuninahazwa butabereye ku kijuju+.
26 Nka kurya kwa shelegi mu ci, kandi nka kurya kw’imvura mu gihe c’iyimbura+, ni ko ubuninahazwa butabereye ku kijuju+.