1 Samweli 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko Samweli afata umwagazi w’intama wonka, awushikanira Yehova bwa shikanwa riturirwa, ishikanwa ritangwa uko ryakabaye+; maze Samweli atangura gutabaza Yehova ku bwa Isirayeli+, Yehova na we aramwishura+. Yakobo 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mwaturiranire+ ibicumuro rero ata guhishanya kandi musengeranire, kugira ngo mukire+. Ugutakamba kw’umugororotsi, igihe gukora, kugira inguvu nyinshi+.
9 Nuko Samweli afata umwagazi w’intama wonka, awushikanira Yehova bwa shikanwa riturirwa, ishikanwa ritangwa uko ryakabaye+; maze Samweli atangura gutabaza Yehova ku bwa Isirayeli+, Yehova na we aramwishura+.
16 Mwaturiranire+ ibicumuro rero ata guhishanya kandi musengeranire, kugira ngo mukire+. Ugutakamba kw’umugororotsi, igihe gukora, kugira inguvu nyinshi+.