Itanguriro 34:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko Yakobo abwira Simeyoni na Lewi+ ati: “Mwankwegeye gukumirwa mu kungira akanuka ku baba mu gihugu+, ku Banyakanani n’Abaperizi; ko ndi imparurwa+, ntibazobura kunkoranira bakantera, nkazimanganywa koko, jewe n’inzu yanje.” Kuvayo 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Baca bababwira bati: “Yehova abarabe, ace urubanza+, kuko mwatumye tunuka+ imbere ya Farawo n’imbere y’abasavyi biwe, mu gushira inkota mu kuboko kwabo ngo batwice+.”
30 Nuko Yakobo abwira Simeyoni na Lewi+ ati: “Mwankwegeye gukumirwa mu kungira akanuka ku baba mu gihugu+, ku Banyakanani n’Abaperizi; ko ndi imparurwa+, ntibazobura kunkoranira bakantera, nkazimanganywa koko, jewe n’inzu yanje.”
21 Baca bababwira bati: “Yehova abarabe, ace urubanza+, kuko mwatumye tunuka+ imbere ya Farawo n’imbere y’abasavyi biwe, mu gushira inkota mu kuboko kwabo ngo batwice+.”