Abalewi 26:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 “‘Abasigaye bo muri mwebwe+, nzozana koko ubwoba mu mitima yabo mu bihugu vy’abansi babo. Kandi urwamo rw’ibabi riguruwe n’umuyaga ruzobakinagiza, bahunge nk’abahunga inkota, bagwe ata wubakinagiza+.
36 “‘Abasigaye bo muri mwebwe+, nzozana koko ubwoba mu mitima yabo mu bihugu vy’abansi babo. Kandi urwamo rw’ibabi riguruwe n’umuyaga ruzobakinagiza, bahunge nk’abahunga inkota, bagwe ata wubakinagiza+.