Guharura 32:1 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kandi bene Rubeni+ na bene Gadi+ bari bararonse ibitungwa vyinshi, emwe, vyinshi cane. Nuko babona igihugu ca Yazeri+ n’igihugu ca Gileyadi, kandi ehe aho hantu hari ahantu habereye ibitungwa. Yosuwa 13:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, Musa aha ingabirano umuryango wa Gadi, bene Gadi, hakurikijwe imiryango yabo+;
32 Kandi bene Rubeni+ na bene Gadi+ bari bararonse ibitungwa vyinshi, emwe, vyinshi cane. Nuko babona igihugu ca Yazeri+ n’igihugu ca Gileyadi, kandi ehe aho hantu hari ahantu habereye ibitungwa.