1 Samweli 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nayo Sauli, aja i muhira iwe i Gibeya+, maze abagabo b’intwari Imana yari yakoze ku mutima bajana na we+. Imigani 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Woba wacitse intege ku musi w’amarushwa+? Inkomezi zawe zizoba nke.
26 Nayo Sauli, aja i muhira iwe i Gibeya+, maze abagabo b’intwari Imana yari yakoze ku mutima bajana na we+.