Itanguriro 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Zila na we yibaruka Tubali-kayini, umucuzi w’ubwoko bwose bw’igikoresho c’umujumpu n’ic’icuma+. Mushiki wa Tubali-kayini yari Nayama. Imigani 27:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Icuma gikarishwa n’icuma. Ni ko n’umuntu akarisha uwundi+.
22 Zila na we yibaruka Tubali-kayini, umucuzi w’ubwoko bwose bw’igikoresho c’umujumpu n’ic’icuma+. Mushiki wa Tubali-kayini yari Nayama.