6 Abagabo ba Isirayeli babona ko bageze habi+, kuko abantu bari basugerejwe cane; nuko abantu baja kwinyegeza mu masenga+ no mu myobo no mu bitare no mu bibanza vyo mu kuzimu no mu vyobo vy’amazi.
22 N’abagabo bose ba Isirayeli bari binyegeje+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu bumva ko Abafilisitiya bahunze, na bo nyene batangura kuboma inyuma mu rugamba.