Gusubira mu vyagezwe 12:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kimwe gusa, wiyemeze ushikamye kutarya amaraso+, kuko amaraso ari bwo buzima+ kandi ukaba utegerezwa kutarya ubuzima kumwe n’inyama. Gusubira mu vyagezwe 15:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko amaraso yaco ntuze uyarye+. Uze uyasese hasi nk’amazi+.
23 Kimwe gusa, wiyemeze ushikamye kutarya amaraso+, kuko amaraso ari bwo buzima+ kandi ukaba utegerezwa kutarya ubuzima kumwe n’inyama.